Siren Vibes TV
Siren Vibes TV
  • 1 448
  • 16 323 720

Відео

Umurundikazi bavuga ko asa na Knowles😍/yaramamaye kuri Tiktok/Ntibintera isoni kwitwa uwa Ruguru pee
Переглядів 12 тис.2 години тому
#burundi #mwaro #umurundikazi
Ibisanga vyashikiye SIMBIZI kuri Mariage yiwe kuri BATA/Intahe ya Maman wiwe/uBumuga bw’umugore wiwe
Переглядів 12 тис.4 години тому
#burundi #simbiziwasemavumba #mariage
Ubuzima bwa Hosiane mutari muzi😇/natanguye gucuruza ibitumbura nkiri umwana/maze kuvyara Peshy…
Переглядів 9 тис.7 годин тому
#hosyirakoze #burundi #girlfriends #womanceo
Fablice yaraye asubiriye gutangaza abantu/Francine NIYONSABA na Sat B mu mazu ya Fablice
Переглядів 11 тис.7 годин тому
#burundi #music #fablice
Hemwe Fashion siya bose mubimenye😩/Kwambara Made in Burundi ninko kwambara Gucci kandi ntimuharire😂
Переглядів 2,1 тис.9 годин тому
#burundi #fashion #ruffindor
Alvin Smith ati Ubu star burasarisha sha/Mpora nibagira nanje ko mfise umugore/Twe Ntidushaka Kuvana
Переглядів 6 тис.12 годин тому
#burundi #music #umufana
Vania ICE😍NARAHATSWE GUHEBA UMUZIKI😒/Impamvu ndirimba indirimbo zibabaje🥹/urukundo ntirwama ruryoshe
Переглядів 14 тис.14 годин тому
#burundi #vaniaice “KABEMBA” niyo ndirimbo nshasha Vania Ice aherutse gusohora🥰 Yirabe uciye kuriyi link: ua-cam.com/video/M2ztfbpNZW0/v-deo.htmlsi=KNaZAhk79 YuVty
Inkuru ibabaje cane kuri R FLOW n’umuryango wiwe😭/yapfuye turi kumwe🥹/abaririmvyi baramubabaje
Переглядів 7 тис.16 годин тому
#burundi #music #rflow
Mbega agahinda k’abana😭mama yanyirukanye agiye ku mugabo🥹/Papa yaranyihakanye nca nja mw’ibarabara
Переглядів 2,1 тис.19 годин тому
#savethechild #burundi #newgeneration
Ijambo ry’umusi:KUMENYA YESU VYIMBITSE/UBUZIMA DUKWIYE KUBAMWO
Переглядів 46521 годину тому
#burundi #gospel #worshiptime
Batubonye nk’abamalayika babagendeye/inzara n’imibu vyari mu kubica ba bantu ivyabo vyatwawe n’amazi
Переглядів 4,2 тис.День тому
Batubonye nk’abamalayika babagendeye/inzara n’imibu vyari mu kubica ba bantu ivyabo vyatwawe n’amazi
Gretha na Hosy barasubiriye🔥/Cedric Bangui ati bari baradushize muri Poubelle ariko Muratugarukanye
Переглядів 3,4 тис.День тому
#girlfriends #oldmusic #burundi
Amajwi yabo arabatera KUMEREREZA🥹/Bava mu Ntara zitandukanye baje kuririmba gusa🥰
Переглядів 1,4 тис.14 днів тому
#burundi #music #gospelmusic
Fun&facts:NAMUGAJWE N’URUSHINGE BANTEYE🥹/ABANTU NTA KIGONGWE BAGIRA PEEE/Temoignage nziza disi🥰
Переглядів 3,7 тис.14 днів тому
Fun&facts:NAMUGAJWE N’URUSHINGE BANTEYE🥹/ABANTU NTA KIGONGWE BAGIRA PEEE/Temoignage nziza disi🥰
MyJouney:NARAMU DRAZE ARANCA AMAZI PENDANT 3 mois 🙆🏽‍♀️HABUZE GATO MARIAGE YACU IPFE🥹
Переглядів 17 тис.21 день тому
MyJouney:NARAMU DRAZE ARANCA AMAZI PENDANT 3 mois 🙆🏽‍♀️HABUZE GATO MARIAGE YACU IPFE🥹
Fun&Facts na Girlfriend:IBINTU bamukoreye HOSY N’IRYAMBERE BIMUBAYEKO/Jeux za Dacia muratwenga tuu😂
Переглядів 13 тис.21 день тому
Fun&Facts na Girlfriend:IBINTU bamukoreye HOSY N’IRYAMBERE BIMUBAYEKO/Jeux za Dacia muratwenga tuu😂
ABA RAPPEUR MU NTAMBARA🔥/B face nasubire kw’ishuri/El pro aradusinziriza😕/aba ba jeune baje kuwatsa
Переглядів 1,4 тис.21 день тому
ABA RAPPEUR MU NTAMBARA🔥/B face nasubire kw’ishuri/El pro aradusinziriza😕/aba ba jeune baje kuwatsa
MASTERLAND yagirijwe KUROGA abandi BARIRIMVYI😳/Nivyo bihe bibi vyamubabaje mu buzima
Переглядів 2,3 тис.28 днів тому
MASTERLAND yagirijwe KUROGA abandi BARIRIMVYI😳/Nivyo bihe bibi vyamubabaje mu buzima
ARAVUGIRIJE TURAMEREREZA🥹Mbega abatama baryoshe kwumviriza😍/UMVIRIZA uko ku BAMI bari babayeho
Переглядів 10 тис.28 днів тому
ARAVUGIRIJE TURAMEREREZA🥹Mbega abatama baryoshe kwumviriza😍/UMVIRIZA uko ku BAMI bari babayeho
Umviriza mwitonze amajambo ya Olivier IRAKOZE
Переглядів 59228 днів тому
Umviriza mwitonze amajambo ya Olivier IRAKOZE
Girlfriend: UKORA INEZA IKAGUSANGA IMBERE, WAKORA INABI IKAKWITANGA IMBERE/Tube twiga gushima badiii
Переглядів 7 тис.Місяць тому
Girlfriend: UKORA INEZA IKAGUSANGA IMBERE, WAKORA INABI IKAKWITANGA IMBERE/Tube twiga gushima badiii
AMAGORWA NTASIGA AYANDI 😒Dacia yaje ari muzima ataha avunitse🥹Shetani yatsinzwe/komeza muterera🙏🏽
Переглядів 15 тис.Місяць тому
AMAGORWA NTASIGA AYANDI 😒Dacia yaje ari muzima ataha avunitse🥹Shetani yatsinzwe/komeza muterera🙏🏽
NTITWEMEREWE NO GUTEKA😳/uyu musore y’ishuye ibibazo vy’amatsiko Hosy yaramaranye igihe kinini🤩
Переглядів 1,8 тис.Місяць тому
NTITWEMEREWE NO GUTEKA😳/uyu musore y’ishuye ibibazo vy’amatsiko Hosy yaramaranye igihe kinini🤩
Amatora y’abashingamateka uko ategekanijwe/Intwaro uko zizogaburwa mu ntara 5 nshasha/kurikirana
Переглядів 4,4 тис.Місяць тому
Amatora y’abashingamateka uko ategekanijwe/Intwaro uko zizogaburwa mu ntara 5 nshasha/kurikirana
Wagiye gusenga uyu musi? Nimba utagiye aka n’akaryo keza ko guhimbazanya natwe🙏🏽
Переглядів 801Місяць тому
Wagiye gusenga uyu musi? Nimba utagiye aka n’akaryo keza ko guhimbazanya natwe🙏🏽
Wa mu Maman yandika BELLISSIMA ya Dj Fernando ikaba hit yandikiye copine wiwe iyindi Hit😍/girlfriend
Переглядів 38 тис.Місяць тому
Wa mu Maman yandika BELLISSIMA ya Dj Fernando ikaba hit yandikiye copine wiwe iyindi Hit😍/girlfriend
INDURU DUKOMYE🤣/Dacia ntashobotse na gato n’ibifaransa vyiwe😂/INDERO YARATITUTSE MWA BANTU MWE😒
Переглядів 11 тис.Місяць тому
INDURU DUKOMYE🤣/Dacia ntashobotse na gato n’ibifaransa vyiwe😂/INDERO YARATITUTSE MWA BANTU MWE😒
Part2 DÉCEPTION : INGARUKA ZO KUVANGA UMUGABO N’ABA BASORE BO MU MUJI ZIMUGUYEKO
Переглядів 2,5 тис.Місяць тому
Part2 DÉCEPTION : INGARUKA ZO KUVANGA UMUGABO N’ABA BASORE BO MU MUJI ZIMUGUYEKO

КОМЕНТАРІ

  • @IgorFlorentHIF
    @IgorFlorentHIF 57 хвилин тому

    I like the way Vania is humble kndi ni umuririmvyi kazi yikwiza bose bari bakwiye kumugira icitegererezo

  • @ChanellaNDEREYIMANA-zk6bt
    @ChanellaNDEREYIMANA-zk6bt 3 години тому

    Hosy uricitegererezo canje😭🙌uranyubaka💪donc sinumva ngne nobisobanura

  • @beatricenduwimana5567
    @beatricenduwimana5567 4 години тому

    Kumb Nelly Nat avuga vyo, inkuru ziw aba arizo.kkkk ivyo yamuvuzeko vyos nivyo

  • @tresorntwari-jo3th
    @tresorntwari-jo3th 4 години тому

    Umu jeune ashoboye kandi créatif 😊

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl 7 годин тому

    Hosy wangu Komera kwi jambo kbs uragerageza kutuzanira abantu bagezweho,Anny uraciye bugufi kwel hejuru cane,Hosy nawe ur mwiza cane usaneza

  • @user-ic9wv3ud5r
    @user-ic9wv3ud5r 11 годин тому

    Rasko avuga l essentiel nk incabwenge

  • @MariyamMariyam101
    @MariyamMariyam101 11 годин тому

    Nice girl dear ❤❤❤❤ Mama buntu yarivyaye kweli 🙏♥️😅😅

  • @iteritekabenjos-xr7yv
    @iteritekabenjos-xr7yv 12 годин тому

    Anny wacuuu🎉🎉🎉 my❤️🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @josianendihokubwayo-wo7bf
    @josianendihokubwayo-wo7bf 12 годин тому

    Yoooo!!! Murandyoheye kuko nsanze muri nabavuga butumwa vraiment Hama Yesu Abanezereze

  • @user-lq5cd9ru2m
    @user-lq5cd9ru2m 12 годин тому

    Ikiganir mbonyemw rasko ntegerezw guc ndakirab ubw nyn ndamukund cn vrt

  • @JeandeDieuBarutwanayo
    @JeandeDieuBarutwanayo 14 годин тому

    mukobwa mwiza w'urupfasoni nutagate waratoranijwe arko urakwie kumenya imigani kk ntubuze ahowobivoma papa waw yarazi myinshi na maman waw araheyaheya

  • @nshimirimanajimmy3994
    @nshimirimanajimmy3994 14 годин тому

    Tiktok live zirahemba bien🎉🎉🎉❤

  • @lionelnimubona1004
    @lionelnimubona1004 14 годин тому

    Uwi Mwaro iwacuu❤

  • @lionelnimubona1004
    @lionelnimubona1004 14 годин тому

    Uwi Mwaro iwacuu❤

  • @Innocentciza
    @Innocentciza 14 годин тому

    😍😍

  • @cedricrukundo7229
    @cedricrukundo7229 15 годин тому

    Sha naho papa yambujije abanyamwaro ndabona nzohava mbatizwaa kbxaa ::murondera cash kubi ...muri créative ..ntakeka ndazi twovyara akamana ❤

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 15 годин тому

    Maman siren vibes ❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @christella5092
    @christella5092 15 годин тому

    Ikikiganiro kibaye gito ndumva harivyinshi vyari bihari vyokuvuga kuriyi sujet kbx muze mugaruke Rosie ati mumyaka 50ans munyitege icontambaye muri 30ans nzocambara muri 50ans umva nabaho niryoryambere numvise umuntu avuga irijambo kbx kuko ababtu benshi ubabonye muri 30ans hanyuma mugahura muri 50ans uribaza ati habayiki???merc beaucoup Rosie e ft Gretha

  • @christella5092
    @christella5092 15 годин тому

    Rosie unyuguruye amaso kukantu uvuze ati harabaryoherwa muri 20ans 30ans wagera muri 50ans ugatangura gusaba akokantu karanyuguruye kbx ndi muri Saoudia ndumvako umbwiriyemwo kbx nukuraba ikintu nkora kuburyo mumyaka 50ans ntazoba nicuza oportunite noba nararonse muriyimyaka 30ans yanje kbx harabantu benshi babsyeho mubuzima bubi kubera mumyaka yabo yokurondera bifashe nabi bibagirako hariho imyaka bazoba bakeneye kwishuza ivyo babitse 😢 ivyo ndabivuga mbikuye kumuryango wanje bavukiyemwo aho umuntu ashobora gupfa akabura nisandugu imuhamba kandi yarahoze afise amatongo nibindi N.B haraho bishika kubera uburwayi kumbure warabimaze wivuza bibaho ariko nimba hatabaye uburwayi ntakindi kintu cotuma mumyaka 50 ubaho usaba uba warasamayeho gato vraimment

  • @honorinenibigira
    @honorinenibigira 16 годин тому

    Anny ndagukunda ntiwiyemera

  • @honorinenibigira
    @honorinenibigira 16 годин тому

    Anny ruguru niheza cane ndunva urahemera cane kandi nivyiza

  • @honorinenibigira
    @honorinenibigira 16 годин тому

    Anny ruguru niheza cane ndunva urahemera cane kandi nivyiza

  • @honorinenibigira
    @honorinenibigira 16 годин тому

    Anny nkunda ukuntu uvugisha ukuri

  • @EstelleIrakoze
    @EstelleIrakoze 16 годин тому

    Rasko ❤hosy wanje naw❤

  • @bulezebuleze3239
    @bulezebuleze3239 16 годин тому

    Ndatahij Rasko mon voisin. Merci Siren Vibe tv ku biganiro vyiza muturomsa.

  • @gacutimariefreddyne6419
    @gacutimariefreddyne6419 16 годин тому

    Mbaye uwamber weeee❤❤❤Ndakunda Rasko tellement vrm avuga man ibintu bikenewe saaaana gus❤❤❤

  • @euphremensabamahoro4503
    @euphremensabamahoro4503 16 годин тому

    💥

  • @alicenishimwe2790
    @alicenishimwe2790 18 годин тому

    Annie vrt araciye ubwenge ibintu ntari nibaza.Umukama abandanye akwagura mwana numva uri na humble

  • @OdetteNITUNGA-qy3vk
    @OdetteNITUNGA-qy3vk 18 годин тому

    Imwaro hejuru ❤❤❤❤ cne

  • @ascensionmg-xi6us
    @ascensionmg-xi6us 18 годин тому

    Vuga kowitwa Anita apana Anny 😂😂

  • @christella5092
    @christella5092 18 годин тому

    Ubu Rosie namumenyereye ndumva ivyo avuga kare nkimukurikira kubera ukuntu avuga amira idome ikiganiro cahera ntumvise ivyo yashatse kuvuga😂😂😂 ubu ndavyumva avuga nka GITI womu Rwanda

  • @Iriho
    @Iriho 19 годин тому

    Narinziko ARI umunyarwanda kumbe numurundikazi???

  • @vanilladushime2272
    @vanilladushime2272 19 годин тому

    Amazina ari kuri ID nayahe none???uretse ayo yokuri rezo sociaux

  • @girukwishakadivine9836
    @girukwishakadivine9836 20 годин тому

    Hosy mrc bcp kumpanuro

  • @richardsabiteka3314
    @richardsabiteka3314 20 годин тому

    Inkukii c la beauté

  • @Olivier4493
    @Olivier4493 20 годин тому

    Abanya Mwaro tumenyane. Anny wiwacu courage inoti tuzirondere na mpaka

  • @DianeGahimbare-h7e
    @DianeGahimbare-h7e 21 годину тому

    Any turagukunda mwaro hejuru ❤❤❤

  • @user-yv4ht2tp9c
    @user-yv4ht2tp9c 21 годину тому

    Wumve wumve wewe mufana. Sinshaka Like, oya nshaka mukore abonnement kwa Anny Ingabire hamwe na Siren vibes tv kuma chaînes yabo ya youtube.

  • @parfaitendayikengurukiye7306
    @parfaitendayikengurukiye7306 21 годину тому

    ❤❤❤

  • @user-fh5rv9tt5r
    @user-fh5rv9tt5r 21 годину тому

    ❤❤❤ozi ndagukund san mwubah n'Anny

  • @ChanellaIradukunda-dr8ek
    @ChanellaIradukunda-dr8ek 21 годину тому

    Courage sh Anny mwaro iwacu hubahwe✌️✌️

  • @kezalarose-ga5ck
    @kezalarose-ga5ck 21 годину тому

    Mpole Anny kuko kuba utabanye nabavyeyi bose birababaza kandi nigikomere, courage rero ejo hawe niheza cane.hamwe nogusenga Imana izoguha umuhoza.

  • @davideduardosantos5705
    @davideduardosantos5705 22 години тому

    Bamureka kwonona amazina y'abantu, ngo Fablice!!!! ni FABRICE

  • @dola-k6277
    @dola-k6277 23 години тому

    Ana irarenze

  • @Kenzog-yk4fo
    @Kenzog-yk4fo 23 години тому

    Hosy uraducanga😂😂kubisanzwe uva he ww?ukoranye ikiganiro n’abany gitega uwo munsi uba uva i gitega nawe.ubu ivy’i mwaro bije gute se kandi?

    • @user-eg7jw1wp2d
      @user-eg7jw1wp2d 22 години тому

      Nanj narimaz kuvyumv k av igitega

    • @careneirakoze4956
      @careneirakoze4956 17 годин тому

      Gitega:Aho yavukiye Mwaro:iyo papa hosy avuka Cibitoke:Aho yakuriye

    • @MomoMUGISHA
      @MomoMUGISHA 17 годин тому

      @@careneirakoze4956 oooh👍

  • @FrancoiseDusabe
    @FrancoiseDusabe 23 години тому

    Créatif😛😀😀

  • @emmanuelndayegamiye3857
    @emmanuelndayegamiye3857 23 години тому

    Imigambi nkiyi yo guhindura ishusho y,igihugu cacu ikwiye gushigikirwaaaa😊

  • @Graddiskaneza-ln8kj
    @Graddiskaneza-ln8kj День тому

    Anny sh 😍

  • @irankundajimmy5512
    @irankundajimmy5512 День тому

    None Anny kuciye uvuga ubutumwa bwiza

  • @evelynenduwimana129
    @evelynenduwimana129 День тому

    ❤❤❤❤❤